Yeremiya 12:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Ko wirukanye n’abiruka ku maguru bakakuruhisha, none woshobora ute gusiganwa n’amafarasi? Namb’ ugira amahoro gusa igihugu gitēkānye, non’ uzomera ute Yorodani rwigize akagabo? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Eh’ azodūga nk’intambge ivuye kuri Yorodani iyo rwigize akagabo, ngw atere ahantu h’itsitsi hakomeye: ariko nzotuma bahunga bahave giturumbuka, kand’ uwo nzotoranya ni we nzoshinga ngw ahaganze: none ni nde ahwanye nanje? Kandi ni nde azonshingira igihe? Kandi ni nde mwungere yohangara guhagarara imbere yanje?
Eh’ azodūga nk’intambge ivuye kuri Yorodani iyo rwigize akagabo, ngw atere ahantu h’itsitsi hakomeye: ariko nzotuma ahahunga giturumbuka, kand’ uwo nzotoranya ni we nzoshinga ngw ahaganze: none ni nde ahwanye nanje? Kandi ni nde azonshingira igihe? Kandi ni nde mwungere yohangara guhagarara imbere yanje?