Yeremiya 12:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ewe Uhoraho, iyo nkubūranije uboneka k’ugororotse; yamara na ho nyene nogomvye ko dusiguzanya: mbeg’ igituma abanyakibi bagenda bagubga neza mu kubaho kwabo n’iki? N’iki gituma abaryarukanyi bose bidibamira ngaho? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |