Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 10:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 uku ni k’Uhoraho agize, ati Ntimukige ingeso z’amahanga, ntimugahagarikwe imitima n’ivyitwa imbitsi ziboneka mw ijuru, kukw ari zo zihagarika amahanga imitima.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 10:2
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Imana iravuga, iti Mw itāzānure ry’ijuru ni habeh’ ivyāka vyo gutandukanya umurango n’ijoro; bibēreho kuba ibimenyetso, no kwerekana ibihe, n’imisi n’imyaka:


Ni mwumve ijambo Uhoraho ababgira, yemwe ab’ inzu ya Isirayeli:


Kandi ko muvuga ngo Muzomera nk’ayandi mahanga, mube nk’imiryango yo mu bindi bihugu, mukorere ibigirwamana vy’ibiti n’ amabuye: mu vyo mwibgira mu mitima nta na kimwe kizoshika.


Uti Ntimuze mukore nk’ivyo abo mu gihugu ca Egiputa bakora, abo mwahora mubamwo; kandi ntimuze mukore nk’ivyo abo mu gihugu c’i Kanani bakora, iy’ abajanye kuba: ntimuze mukurikire amabgirizwa yabo.


Ntimuze mugendere mu migenzo y’ihanga ngira nze nirukane imbere yanyu: kukw ivyo vyose ari vyo bākora, bigatuma mbanka urunuka.


Ni mwamara gushika mu gihugu Uhoraho Imana yanyu abaha, ntimuze mwige gukora ivy’ ibizira ayo mahanga akora.


ngw Arababgira, ati Nd’ Uhoraho Imana yanyu, ntimuze mwubahe imana z’Abamori, ben’ iki gihugu murimwo; ngw Ariko mwanka kumwumvira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ