Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 1:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Maz’ Uhoraho aranyishura, ati Witegereje neza: kuko ndinda ijambo ryanje kugira ngo ndarishitse.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 1:12
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

uko ni kw ijambo ryanje riva mu kanwa kanje rizomera: ntirizogaruka ubusa, ariko rizoshitsa ivyo ngomba, rizosozera ico naritumye.


Maz’ ijambo ry’Uhoraho rinzako ubugira kabiri, rit’ Ubonye iki? Ndavuga, nti Mbona inkono ibiragira; kand’ umuhuro w’imbere werekeye i burārūko.


Maz’ Uhoraho arambaza, at’ Ubonye iki ga Yeremiya? Ndamwishura, nti Mbonye insukoni; inziza ni nziza cane, iziboze ziraboze cane, zitoshoboka kuribga kubgo kubora.


Maz’ ico gihe, nk’uko nabahozakw igitsure ngo mbarandure, mbahomvore, mbasangangure, mbahonnye, mbababaze, ni ko nzobahozakw ijisho ngo mbubake mbatēragire, ni jewe Uhoraho mbivuze.


Kuko jewe nd’Uhoraho: nzovuga, kand’ ijambo nzovuga rizoshika; ntirizokwongera kurekerwa mu rutendeko: kuko mu gihe canyu, mwebge ab’ inzu y’abagarariji, nzovuga kandi nshitse ico navuze, ni k’Umwami Uhoraho agize.


Nuko rer’ ubabarire, ut’ Uku ni k’Umwami Uhoraho agize, at’ Amajambo yanje yose nta na rimwe rizosubira kurekerwa mu rutendeko, arikw ijambo nzovuga rizoshika, ni k’ Umwami Uhoraho agize.


Maz’ arambaza, at’ Ubonye iki ga Amosi? Nti Mbonye igisimbo c’amatunda ahīshiye. Maz’ Uhoraho arambgira, at’ Amateka y’abantu banje b’Abisirayeli arahīshishijwe; kandi sinzosubira kwirengagiza ivyabo ukundi.


Aramubgira, ati Wishuye neza, gira urtyo, uzogira ubugingo.


Bamwe mu banyabgenge b’ivyanditswe baramwishura, bati Mwigisha, uvuze neza.


Uguhōra n’ukwanje, nzobasubiriza mu nkōko Igihe ibirenge vyabo bizonyerera. Kuk’ umusi w’ivyago vyabo uri hafi, Kand’ ibigira bibazeko bizotebuka.


Maz’ Uhoraho yumva amajambo yanyu mumbariye; nukw arambarira, ati Numvise amajambo y’abo bantu bakubariye; ivyo bavuze vyose babivuze ko.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ