Yakobo 4:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Mubabare, muboroge, murire; ibitwengo vyanyu bihinduke amaborogo, umunezero uhinduke umubabaro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Mubabare mugandare kandi muboroge kubera ivyo mwakoze. Ibitwengo vyanyu mubihindure ikigandaro kandi n’umunezero wanyu muwuhindure umubabaro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |