Yakobo 4:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Mwiyegereze Imana, na yo izobēgēra. Yemwe banyavyaha, ni mukarabe: yemwe ab’ imitima ibiri, ni mwiyeze imitima. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Mwegere Imana na yo izobegera. Yemwe banyavyaha, nimukarabe; namwe abatiyeguriye Imana mu mitima, nimwiyeze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |