Yakobo 4:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Murifuza, ariko ntimuhabga: murica, mugira ishari, ariko ntimushobora kuronka; murarwana muratabara. Ntimuhabga kuko mudasaba: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Murashaka kuronka ikintu ntimukironke, mugaca mwica kugira ngo mukironke. Muripfuza, ariko ntimushobora kuronka ico mwipfuza, mugaca mutongana mbere mukanagwana. Ntimuronka ivyo mukeneye kuko mutabisaba Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |