Yakobo 4:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ūshinga ivyagezwe, ari we mucamanza, n’Imwe gusa; ni yo ishobora kurokora no guhonnya: ariko wewe ur’ iki, uhinyura mugenzawe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Imana yonyene ni yo yatanze ivyagezwe kandi ni yo ibicira urubanza. Ni yo yonyene ishobora gukiza no guhonya. Ariko wewe uri nde aho ucira urubanza mugenzawe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |