Yakobo 3:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Urwo ni rwo dushimisha Umwami Data wa twese, kandi ni rwo tuvumisha abantu, bāremwe mw ishusho y’Imana: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Mu gihe kimwe usanga ururimi ari rwo duhimbarisha Umwami Imana Data wa twese, mu kindi gihe akaba ari rwo tuvumisha abantu, baremwe mw’ishusho y’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |