Yakobo 3:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Kukw amoko yose y’ibikōko n’ibiguruka n’ivyikwega n’ivyo mu kiyaga bigundwa n’abantu, kandi bārabigunze; အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Ibikoko vy’ubwoko bwose, inyoni, ibikwega inda hasi n’ibiba mu biyaga umuntu ashobora kubiganza kandi yarabiganje koko, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |