Yakobo 3:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Iyo tujiginyitse amafarasi mu kanwa kayo, kugira ngw adukundire, duhindukiza n’imibiri yayo yose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Iyo dushize umugozi mu kanwa k’amafarasi kugira ngo atuyoboke, dushobora kwerekeza imibiri yayo yose iyo dushaka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |