Yakobo 2:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Mugabo namba mushitsa icagezwe c’i bgami nk’uko canditswe, ngo Mukunde bagenzi banyu nk’uko mwikunda, muba mugize neza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Mugira neza, nimwaba vy’ukuri mukizigamye ca cagezwe kiri mu Vyanditswe kivuga ngo: “Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |