Yakobo 2:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 maz’ umwe muri mwebge akamubgira, ati Genda amahoro, ususuruke, uhāge; ariko ntimumuhe ivy’ umubiri ukena, vyomara iki? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Hamwe umwe wo muri mwebwe yomubwira ati: “Niwigire amahoro, wambare neza kandi ufungure,” ariko ntagire ico akora kuri ubwo bukene bw’uwo muntu, yoba amufashije iki? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |