Yakobo 1:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Arikw asabe yizeye, ata co akekeranya, kuk’ ūkekeranya ameze nk’umupfunda wo mu kiyaga, utwarwa n’umuyaga, usimbaguritswa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ariko igihe asaba, abe yizeye adakekeranya, kuko umuntu akekeranya ameze nk’umupfunda wo mu kiyaga, uhuhwa kandi uzungagizwa n’umuyaga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |