Yakobo 1:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Arikw asangwa har’ uwo muri mwebge akennye ubgenge, n’abusabe Imana, igabira bose ata kinūbge, idaterana imirarwe, azobuhabga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Nihaba hariho uwo muri mwebwe akeneye ubwenge bw’Imana, akwiye kubusaba Imana, kuko itanga cane kandi ibikunze. Nta we itera imiragwe kuko ayisavye, kandi azobuhabwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |