Yakobo 1:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 mumenye yukw ibigeza ukwizera kwanyu bitera ukwihangana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 kuko muzi neza ko iyo ukwizera kwanyu kugeragejwe bituma ukwihangana kwanyu na kwo gukura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |