Umusiguzi 9:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ivyo vyose nabishizek’ umutima, kugira ngo mbisese vyose; kandi nabonye yukw abagororotsi n’abanyabgenge bari mu kuboko kw’Imana, bo n’ibikorwa vyabo, n’urukundo n’urwanko; abantu buntu nta co bazi; vyose bir’ imbere yabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |