Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Umusiguzi 8:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Ivyo vyose naravyiboneye, nashize umutima ku gikorwa cose gikorerwa musi y’izuba: har’ igihe umuntu umwe agira ububasha ku wundi bgo kumugirira nabi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Umusiguzi 8:9
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abahungu biwe babamwicira imbere, na we bamunogora amaso, bamwambika umunyororo, bamujana i Babuloni.


Nukw amazi asubirayo, arengera imikogote n’abagendera ku mafarasi, mbere n’ingabo za Farawo zose zāri zigiye mu kiyaga zikurikiye Abisirayeli; ntihārokoka n’umwe muri bo.


Namaze kubona ibikorwa vyose bikorerwa musi y’izuba; nasanze vyose ar’ ubusa, ar’ uguhahamira umuyaga.


Nitegereje umuruho Imana yahaye abana b’ abantu ng’ ubaruhishe.


Kand’ ikindi nongeye kubona musi y’izuba n’uko mw ikombe ry’imanza har’ ukugabitanya; no mw ikombe ry’ubugororotsi na ho har’ ukugabitanya.


Nuko ndasubira nitegereza ivy’ agahahazo vyose bikorerwa musi y’izuba: kand’ eh’ amosozi y’abahahazwa ntibaronke ikibīrūra; kand’ ububasha bgari ku ruhande rw’ ababahahaza, ariko bo ntibaronke ikibīrūra.


Har’ ikibi gikomeye nabonye musi y’izuba, n’umuntu gutunga itunga rikazomwica:


Kuko mu nzozi nyinshi harimw’ ubusa, no mu magambo menshi n’uko: ariko weho, wubahe Imana.


Ni wabona umworo ahahazwa, kand’ urubanza n’ibiroranye vyicwa ku manyama mu gihugu, ntibize bigutangaze: kukw Iyirusha abakuru ubukuru ivyitegereza, kandi har’ ubukuru bubarengeye.


Maze nshira umutima wanje ku kumenya no gusesa no guserangura ubgenge n’ inyanduruko z’ibintu, no kumenya kw icaha ar’ ubupfu, kandi k’ubupfu ar’ ibisazi.


N’ukuri kugunga guhindura umunyabgenge igipfu, kand’ impēra izimiza ubgenge.


Ariko Sihoni, umwami w’i Heshiboni, aratwankira ngo ntiduce mu gihugu ciwe, kuk’ Uhoraho Imana yanyu yamukomantaje umutima, akawugira nk’ ibuye, kugira ngw amugabure mu maboko yanyu, nk’uko n’ubu vyābaye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ