Umusiguzi 8:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Nta muntu ariho afise ububasha ku mpwemu ziwe, ngw azīgumirize, kandi nta bubasha agira bgo kubuza umusi w’urupfu; mur’ izo ntambara nta kurekurwa kuriho, kand’ uwihaye ikibi ntikizomukiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |