Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Umusiguzi 8:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Kukw ijambo ry’umwami riri n’ububasha; kandi ni nde yomubaza, at’ Ico ukora n’igiki?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Umusiguzi 8:4
18 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Arikw ijambo ry’umwami rinesha irya Yowabu n’iry’ abagabisha b’ingabo. Nuko Yowabu n’abo bagabisha bava imbere y’umwami, baja guharūra Abisirayeli.


uko nakurahiye Uhoraho Imana ya Isirayeli, yuko Salomo umwana wawe ari we azokwima ni natanga, akansubirira ku ngoma, ni ko ngira ndabishitse uyu musi.


Nuk’ umwami Salomo arungika Benaya mwene Yehoyada, amutsindaho, arapfa.


Nuk’ umwami agera Benaya mwene Yehoyada kumwica; na we arasohoka, amutsindaho, arapfa. Uko ni ko Salomo yahangamye ku ngoma.


Hanyuma Tatenayi icēgēra c’ umwami co hakuno y’uruzi na Shetari‐bozenayi na bagenzi babo bumvise ijambo ry’umwami Dariyo, bagira umwete wo kubishitsa nk’uko yabatumyeko.


Isūmira ico iteye: ni nde yoyikimiranya? Ni nde yoyibaza, at’ Ivyo ugira n’ibiki?


Maz’ umwami wa Egiputa ahamagaza abo bākirizi, arababaza, ati N’iki catumye mukora murtyo, mukareka abana b’abahungu?


Uburake bg’umwami ni nk’ ukwivuga kw’intambge, Arikw ineza yiwe ni nk’ikime gihēmbūra ivyatsi.


Ugushangashirwa kw’umwami ni nk’ukwivuga kw’ intambge, Ūmurakije aba yicishije umutwe.


N’ifarasi irikw amatandiko; n’impfizi y’impene; N’umwami, ari we rutarindwa.


Nuko noneho ni mwumva amajwi y’inzamba n’imyironge n’inanga n’amakembe n’imiduri na sumponya n’ibindi vy’ubgoko bgose bivuga, mukemera kwikubita hasi mugasenga igishushanyo nakoze, bizoba ari vyiza; ariko ni mutagisenga, muca mutererwa mw itanure ry’umuriro uhinda; mbeg’ imana yobakiza mu maboko yanje yoba iyihe?


Kand’ ababa kw isi bose ibagereranya n’ubusa, kand’ ikora ukw igomba mu ngabo zo mw ijuru, no mu baba kw isi; kandi nta wushobora kubuza ukuboko kwayo, canke kuyibaza, at’ Ukora iki?


Ariko ga wa muntu, uri nde, uhārīra n’Imana? Mbeg’ icābūmbge cobaza uwakibumvye, kiti N’iki catumye umbumba urtya?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ