Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Umusiguzi 7:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Ubgenge bubera umunyabgenge ububasha kuruta abatware cumi bari mu gisagara.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Umusiguzi 7:19
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umunyabgenge yūrira inzitiro z’igisagara c’abahizi, Agasangangura ibikomeye bāri bizigiye.


Umunyabgenge aba uw’ inkomezi, Mber’ umuntu aciye ubgenge yunguka ubushobozi.


Inama nziza n’iyanje, bo n’ ubgenge bushitse, Ni jewe kumenya, ndi n’inkomezi.


Umuhungu mworo w’umunyabgenge aruta umwami ashāje akaba igipfu, atacemera guhanūrwa.


Kuk’ ubgenge ar’ ubgugamo, nk’ukw amahera ar’ ubgugamo; arikw inyungu iva mu kumenya n’iyi: n’uk’ ubgenge buzigama ubugingo bga nyenebgo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ