Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Umusiguzi 7:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Ntube n’umunyavyaha arengeje urugero, kandi ntube igipfu: n’iki cotuma ukenyuka igihe cawe kitarashika?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Umusiguzi 7:17
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Dawidi na we asubira i we ngw ahezagire abo mu rugo rwiwe. Maze Mikali umukobga wa Sauli asohoka gusanganira Dawidi, aramubarira, at’ Ereg’ uyu musi umwami w’Abisirayeli yar’ agahore! Urabona ukuntu wikijije impuzu imbere y’ubukobga bushumbiye abantu bawe, nk’umuntu yabaye vyenywe azīkiza ata dusoni!


Bācakiwe igihe cabo kitaragera; Itanguriro ryabo ryatemvye nk’umugezi.


Ariko wewe Mana, ba bandi uzobamanukana muri rwa rwobo rw’amahonero; Abicanyi n’ingunge ntibazocagatiza imisi y’ubugingo bgabo; Ariko jeho nzokwama nkwizigira.


Ukwubaha Uhoraho kurarambisha, Arikw imyaka y’abanyakibi izogerurwa.


Ikigeretseko, wābiriye abahungu bawe n’abakobga bawe, abo wamvyariye, ubatanga kw ibimazi ngo bibarye. Mbeg’ ubumaka bgawe ubgita ikintu coroshe,


Maz’ arambaza, ati Mbeg’ ivyo urabibonye ga mwana w’umuntu? Mbeg’ ab’ inzu ya Yuda kibabereye ikibangutse gukora ivyo bizira bakorera hano hantu? Kukw igihugu bacujuje umuryano, bakongeranya kwihindagura ngo bandatse: mbere bagashira udushami ku mazuru yabo.


Uwo mwanya umumarayika w’Umwami Imana aramukubita, kukw adahaye Imana Rurema icubahiro, aturika inyo, aracīkāna.


Ariko Paulo asemerera n’ijwi rirenga, ati Ntiwigirire nabi, twese turi hano.


Uwo mwanya agwa imbere y’ibirenge vyiwe bukumbi. Ya misore yinjiye isanga amaze guhwera, iramujana, imuhamba i ruhande y’umugabo wiwe.


Ananiya yumvise ayo majambo agwa bukumbi: abavyumvise bose baterwa n’ubgoba bginshi.


Nuko rero, mwiyambure imyanda yose n’ububi busigaye, mwākīrane ubugwaneza ijambo ritewe muri mwebge, rishobora gukiza ubugingo bganyu.


Hahise imisi nk’ icumi, Uhoraho akubita Nabali, arapfa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ