Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Umusiguzi 7:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Ubgenge bungana n’umwandu mu kuba bgiza: mbere burushiriza kubera bgiza ababona izuba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Umusiguzi 7:11
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Arik’ ubgenge bgo, buzoboneka hehe? Cank’ ahantu ugutahura kuba ni hehe?


Ivyagezwe vyo mu kanwa kawe vyambereye Agasumbajana k’amafeza n’ amazahabu.


Igitsibo c’abanyabgenge n’ ubutunzi bgabo, Arik’ ubupfu bg’ibipfu n’ ubupfu nyene.


Kukw inyungu zabgo ziruta iz’ ifeza, Kand’ ivyo bgunguka biruta izahabu zitarimw’ inkamba.


Burusha igiciro utubuyenge twitwa marijani: Kandi mu bihimbara vyose nta kintu gihwanye na bgo.


N’ukuri, umuco uraryoshe, kand’ amaso kubona izuba bitera umunezero.


Kandi mbona yuko mu bgenge har’ inyungu kuruta mu bupfu, nk’uko mu muco har’ inyungu kuruta mu mwiza.


Ntukavuge, uti Ni ku ki imisi ya kera iruta iy’ ubu? Kuko mur’ ivyo utaba ubajije ivy’ ubgenge.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ