Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Umusiguzi 7:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Ntukavuge, uti Ni ku ki imisi ya kera iruta iy’ ubu? Kuko mur’ ivyo utaba ubajije ivy’ ubgenge.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Umusiguzi 7:10
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ubgenge bungana n’umwandu mu kuba bgiza: mbere burushiriza kubera bgiza ababona izuba.


Ntukihutire kuraka mu mutima: kuk’ uburake bgama mu mushaha w’ibipfu.


Uku ni k’Uhoraho abaza, at’ Icete c’uko tuvavanuye na nyoko, ico namwirukanishije, kiri hehe? Cank’ uwo narīriye umwenda ngatanga mwebge ngo mube inyishu, ari hehe? Ereg’ ukugabitanya kwanyu ni kwo kwatumye mutangwa, kand’ ibicumuro vyanyu ni vyo vyirukanishije nyoko.


Gideyoni aramwishura, ati Mugenzi, namb’ Uhoraho ari kumwe natwe, n’iki gituma ivyo vyose bitubako? Kandi vya bitangaza vyiwe vyose ba sogokuruza bātubarira biri hehe, bat’ Uhoraho ni we yadukūye muri Egiputa? Ariko noneho, Uhoraho yaradutaye, yatugabuye mu maboko y’Abamidiyani.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ