Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Umusiguzi 6:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Non’ umunyabgenge arusha iki igipfu? Cank’ impahazwa izi kwitunganya imbere y’abariho biyimariye iki?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Umusiguzi 6:8
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aburamu amaze imyaka mirongwicenda n’icenda, Uhoraho aramubonekera, aramubarira, ati Ni jewe Mana Ishobora vyose; uhore ugendera imbere yanje, kand’ utungane rwose.


Nzokwitondera kugendera mu nzira itunganye: Uzoza aho ndi ryari? Nzokwama ngendana mu nzu yanje umutima utunganye.


Nzogendera mu nyonga z’ Uhoraho Mw isi y’abakiriho.


Umworo agendera mu gutungana kwiwe Aruta uw’ iminwa idambikanya kandi w’igipfu.


Iy’ ibintu bigwiriye ababirya baragwira: kandi nyenevyo bimumarira iki, atar’ ugupfa kubirābisha amaso?


Kubonesha amaso biruta kwangaza umutima: ivyo na vyo nyene n’ubusa, no guhahamira umuyaga.


Bompi bāgororoka imbere y’Imana, bāgendera mu vyagezwe n’amabgirizwa vy’Umwami Imana vyose, batagawa.


Wihanize abatunzi bo mu vy’ iki gihe, boye kwibona, canke kwishimira ubutunzi butar’ ubgo kwishimirwa, ariko bishimire Imana, iduha vyose bisēsekaye, ngo tubinezererwe;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ