Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Umusiguzi 6:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 bitayeko ikaba itigeze kubona izuba canke kurimenya; iyo iraruhuka kurusha uyo:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Umusiguzi 6:5
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umuntu yavyawe n’umugore Amara imisi mike kand’ adundubiwe n’amagorwa.


Babe nk’igifyera kiyaga kigashira; Babe nk’inda ikorotse, itigeze kubona izuba.


N’ukuri, umuco uraryoshe, kand’ amaso kubona izuba bitera umunezero.


mbere kurusha abo bose nshima ūtigeze kubaho, atigeze kubona amabi akorerwa musi y’izuba.


kukw iziye ubusa, ikagenda mu mwiza, izina ryayo rikazimanganira mu mwiza;


mbere naho yoba yararamvye imyaka ibihumbi bibiri: mbega bose itāhiriro si rimwe?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ