Umusiguzi 6:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Umuntu naho yovyara abana ijana, akaramba imyaka myinshi, imisi y’imyaka yiwe ikaba myinshi, yamar’ umutima wiwe ntuhāzwe n’ivyiza, bitayeko ntahambge: kubganje arutwa n’inda yakorotse, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |