Umusiguzi 5:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Akanwa kawe ntikagire ico gatuntumukana, kand’ umutima wawe woye gushushudikanya kw ijambo na rimwe imbere y’Imana; kukw Imana iri mw ijuru, nawe ukaba kw isi: nuko rer’ amajambo yawe abe make. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |