Umusiguzi 5:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Eh’ ico nabonye kibereye kandi c’igikundiro: n’umuntu kurya akanywa, akanezererwa ivyiza bivuye mu butame bgiwe bgose, ubg’ atamira musi y’izuba, imisi yose y’ukubaho kwiwe, iyo Imana yamuhaye: kukw ivyo ari vyo mugabane wiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |