Umusiguzi 5:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Imisi yiwe yose arīra mu mwiza, kand’ akagira umubabaro, akagira indwara n’umwikomo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Ziramwishura, ziti Twahūye n’umugabo, aratubarira, ngo Ni tugaruke ku mwami yadutumye, ngo Tukubarire, tut’ Uku ni k’Uhoraho agize, ngo Mbeg’ icatumye utuma kuri Bayali‐zebubi iyo mana y’i Ekuroni kuraguza, ngo N’ukw ata Mana yariho mu Bgisirayeli? ngo Nuko rero, ngo Ntuzovyuka ku kirwa uryamyeko, ng’ Uzopfa nta kabuza.