Umusiguzi 3:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 har’ igihe co kuvuka n’igihe co gupfa; igihe co gutera n’igihe co kurandura ivyatewe; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Avuga n’ ijwi rirenga, avugishijwe n’ijambo ry’Uhoraho, abarira ico gicaniro, at’ Ewe wa gicaniro, ewe wa gicaniro! Uku ni k’Uhoraho agize, ngo Mu nzu ya Dawidi hazovuka umwana yitwa Yosiya; ngo Kand’ abaherezi bo mu bitabo vyo ku mpinga z’imisozi bahora bosereza imibavu kuri wewe, ng’ Uyo azobatanga bga bimazi kuri wewe nyene, ngo Kandi kuri wewe ni ho bazoturirira amagufa y’ abantu.