Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Umusiguzi 2:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Nuko nabaye agahambaye, nunguka kurusha abāntanguriye bose i Yerusalemu: kand’ ubgenge bganje bgāgumanye nanje.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Umusiguzi 2:9
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uko ni k’umwami Salomo yarusha abami bose bo mw isi ubutunzi n’ubgenge.


Ariko sinari navyemeye gushitsa niyiziye, nkavyibonera n’amaso yanje. Ereg’ ivyo bāmbariye ntibishika n’agace k’ivyo mbonye; ubgenge bgawe n’ubutunzi bgawe bisumba uko navyumvise.


nuko nkugiriye nk’uk’ usavye: ehe nguhaye umutima w’ubgenge wo gutahura, ata we muhwanye mu bākwitangiye imbere canke mu bazoguherukira.


Uhoraho akuza Salomo cane imbere y’Abisirayeli bose, amuha icubahiro c’ubgami kitīgeze kuba ku mwami n’umwe mu bamwītangiye imbere mu Bisirayeli.


Nuko Salomo mwene Dawidi ashikama ku ngoma yiwe, kand’ Uhoraho Imana yiwe abana na we, amushira hejuru cane.


Nibgiye mu mutima wanje, nt’ Ehe nironkeye ubgenge bginshi kurusha abanyitangiye imbere bose i Yerusalemu: mber’ umutima wanje wiboneye ubgenge bginshi n’ukumenya.


Iy’ ibintu bigwiriye ababirya baragwira: kandi nyenevyo bimumarira iki, atar’ ugupfa kubirābisha amaso?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ