Umusiguzi 2:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Niziganguye mu mutima wanje uko nonezeresha umubiri wanje vino, umutima wanje ukindōngōresha ubgenge, n’ingene nokurikira ubupfu, kugira ngo mbone ivyo abana b’abantu bakwiye gukorera musi y’ijuru imisi yose y’ukubaho kwabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |