Umusiguzi 2:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Kuk’ umuntu ayihimbaye imuha ubgenge no kumenya n’umunezero: arik’ umunyavyaha imuha umuruho, ngw akumakume arundanye, akazobiha ūhimbaye Imana. Ivyo na vyo n’ubusa, no guhahamira umuyaga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |