Umusiguzi 2:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Kandi ni nde yomenya yuk’ uyo azoba umunyabgenge cank’ igipfu? Yamar’ azoganza ivyavuye mu butame bganje bgose ivyo natamiye, nkerekaniramw’ ubgenge musi y’ izuba. Ivyo na vyo nyene n’ubusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |