Umusiguzi 2:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Ikintu cose amaso yanje yifuza sinakiyima, kandi sinabujije umutima wanje ikinezereza na kimwe, kand’ umutima wanje wanezerezwa n’ubutame bganje bgose; kand’ ivyo bimbera umugabane uvuye mu butame bganje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |