Umusiguzi 11:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ewe wa musore, nezererwa ubusore bgawe, kand’ umutima wawe ukunezereze mu misi y’ubusore bgawe, kand’ ugendere mu nzira z’umutima wawe, no mu kurāba kw’amaso yawe: ariko wame ubizi yukw Imana izogushira mu rubanza rw’ivyo vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |