7 Nabonye abashumba bagendera ku mafarasi, abaganwa na bo bagendesha amaguru hasi nk’abashumba.
Uko ni k’umwami yavuyeyo, abantu bose bamukondoreye inyuma; bashitse ku nzu y’imperēra batebaganiraho.
bozana imyambaro y’ubgami iyo umwami ahora yambara, n’ifarasi umwami agenderako, yambitswe igitsibo c’ubgami.
Kudibama ntikubereye igipfu, Non’ umushumba kuganza abaganwa ntikurushirije kutabera?
Ni vyo ibi: umushumba iy’ abaye umwami, N’igipfu iyo gihimvye ivyo kurya,