Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Umusiguzi 10:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Intango y’amagambo yo mu kanwa kaco n’ubupfu, kand’ iherezo ry’ibivuye mu kanwa kaco n’ibisazi vy’icago.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Umusiguzi 10:13
25 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bukeye Abisirayeli bose bashengerera umwami Dawidi, baramubaza, bati Mugenzi, n’iki gitumye bene wacu b’Abayuda bakuzana nk’abakutwiba, bakakujabutsa Yorodani bo n’abo mu rugo rwawe n’ingabo zawe zose?


Aramwishura, at’ Uhoraho n’atāgutabara, ico nogutabaza nogikūra hehe? None nobikūra ku mbuga, canke novyengura mu bgato?


Maz’ aravuga, ati Elisa mwene Shafati uyu musi ni yirirwa ntamuciye umutwe, Imana irakabimpanira kandi birushirije!


Uwitonda wese akorana ubgenge, Arikw igipfu canda ubupfu bgaco.


Umunyabgenge iy’ahāririye n’ igipfu, Kiraraka kikītwengera, amahoro akabura.


Kand’ igipfu gihogomboka mu magambo; umuntu ntazi ibizobaho; kand’ ibizobah’ inyuma yiwe yobibgirwa na nde?


Akanwa kawe ntikagire ico gatuntumukana, kand’ umutima wawe woye gushushudikanya kw ijambo na rimwe imbere y’Imana; kukw Imana iri mw ijuru, nawe ukaba kw isi: nuko rer’ amajambo yawe abe make.


Maze nshira umutima wanje ku kumenya no gusesa no guserangura ubgenge n’ inyanduruko z’ibintu, no kumenya kw icaha ar’ ubupfu, kandi k’ubupfu ar’ ibisazi.


Maze Herode abonye ko yahenzwe n’abo banyabgenge, arajingitwa cane. Atuma kugeseza abana b’abahungu bose b’i Betelehemu no mu misozi yose ihakikije, abamaze imyaka ibiri n’abatarayimara, yagerereje igihe yasigurije abanyabgenge.


Wa Mufarisayo abibonye biramutangaza, kukw atabanje gukaraba atararya.


Ariko bo birabasaza rwose, baja inama y’ico bogira Yesu.


Bamwe mu Bafarisayo barababaza, bati N’iki gitumye mukora ikizira gukorwa kw isabato?


Arikw abaherezi bakuru baja inama yo kwica Lazaro na we,


Maze ku musi ugira kane babarira muka Samusoni, bati Genda uhendahende umugabo wawe, udusobanurize ico gisōkōranyo, ntiduhave tuza tukaguturirana n’urugo rwa so. Mbega mwaduhamagariye kunyaga utwacu?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ