Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Umusiguzi 1:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Inzūzi zose zitembera mu kiyaga, yamar’ ikiyaga nticuzura; ahantu inzūzi zija ni ho zama zishishikara.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Umusiguzi 1:7
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umuyaga ushira i bumanuko, ugahindura ushira i burārūko; uhindagura akanya kose mu rugendo rwawo, maz’ ugasubira mu gushira irya n’ino kwawo.


Ibintu vyose vyuzuye uburuhe; n’ubg’ umuntu atovuga: ijisho ntirihāga kurāba, n’ugutwi ntiguhāga kwumva.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ