Tito 1:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 agumya ijambo ryo kwizerwa rihūra n’ukwigisha kwacu, kugira ngw abone guhanūra abantu mu kwigisha kuzima no gutsinda abamuhāririza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ategerezwa kuba uwuzigama neza ijambo ry’ukwizera yigishijwe, kugira ngo ashobore kuremesha abandi mu vyizerwa vy’ukuri, no gutsinda abamuhaririza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |