Tito 1:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Paulo, umugurano w’Imana, intumwa ya Yesu Kristo, mbihērewe kwizeza abo Imana yatoranije no kwigisha kumenya ivy’ ukuri gufatanije n’ukwubaha Imana; အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Jewe Pawulo, umukozi w’Imana n’intumwa ya Yesu Kristo ku bw’ukwizera kw’abatoranijwe n’Imana n’ukumenya ukuri gushikana ku kugororoka, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |