Obadiya 1:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Abantu banje ntiwari kubāzira mw irembo, umusi baboneyekw amagorwa; mbere ntiwari kwirābira utw’ ininga agahahazo barimwo, umusi baboneyekw amagorwa; kandi ntiwari gusahura ibintu vyabo, umusi baboneyekw amagorwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |