Nehemiya 9:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Wamaze imyaka myinshi ubihanganira, watumye Mpwemu wawe kubahanura, avugiye mu bavugishwa bawe, ariko banka kwumva; ni co catumye ubagabura mu maboko y’abanyamahanga bo mu bindi bihugu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |