Nehemiya 9:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Bahagarara aho bari, bamara igice ca kane c’umurango basoma igitabo c’ivyagezwe vy’ Uhoraho Imana yabo, ikindi gice ca kane nyene bakimara bātura ivyaha vyabo, basenga Uhoraho Imana yabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |