Nehemiya 9:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Ni co catumye ubagabura mu maboko y’abansi babo babashira mu vyago. Maze babonye bari mu vyago, ngo bagutakambire ukabumva uri mw ijuru, ukarungika ababatabara, bakabakūra mu maboko y’abansi babo kubg’ imbabazi zawe nyinshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |