Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 9:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Nukw abo bana babo baraza binjira ico gihugu baracegukira, nawe unesha imvukira zaho ari bo Banyakanani, ubagabura mu maboko yabo, hamwe n’abami babo n’abantu bo mur’ ico gihugu, kugira ngo babagirire uko bashaka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 9:24
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ati Mbeg’ Uhoraho Imana yanyu ntiri kumwe namwe? Kandi ntabahaye impore impande zose? Kuko yagabuye ab’ inyamo z’iki gihugu mu maboko yanje, kand’ igihugu kimazwe igabo imbere y’Uhoraho n’imbere y’ abantu biwe.


Nukw Abayuda bicisha inkota abansi babo bose, barabarandura, barabaherengeteza; bagira uko bagomba abari babafitiye urwanko.


Ut’ Arikw abana banyu b’ibibondo, abo muvuze ko bazoba abanyagano, ni bo azocinjiza, bībonere igihugu mwanse.


bashire ibirāre, bave mu mutego wa wa Murwanizi yabafashe ngo bakore ivy’ agomba.


Uko ni ko Yosuwa yatsinze ico gihugu cose, igihugu c’umugamba n’ic’i Negebu n’igiciye bugufi n’ icegamiye umugamba, bo n’abami baho bose, ntiyasiga n’uwa kirazira, arikw ageseza abahumeka bose, nk’uk’ Uhoraho Imana y’ Abisirayeli yavuze.


Uko ni ko Yosuwa yanesheje ico gihugu cose, nk’uk’ Uhoraho yari yarabariye Mose. Maze Yosuwa akigabanganya Abisirayeli ngo kibe ishamvu yabo, nk’ukw imiryango yabo iri. Nukw igihugu gihabga impore.


n’uw’i Tirusa. Bose na bose abo bami bari mirongwitatu n’umwe.


Maz’ ikoraniro ryose ry’Abisirayeli bakoranira i Shilo, bahashinga ihema ry’ibonaniro; kand’ igihugu cari kimaze gukōndōka.


Uko ni k’Uhoraho yahaye Abisirayeli bose igihugu yasezeraniye ba sekuruza, ni ko bācegukiye, bakibamwo.


Nta kintu na kimwe mu vyiza vyose Uhoraho yasezeraniye ab’ inzu ya Isirayeli kitāshitse: ariko vyose vyarasohoye.


Uko ni kw Imana yamaze igabo Yabina umwami w’i Kanani kur’ uwo musi, imbere y’Abisirayeli.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ