Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 9:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Ubarōngōza inkingi y’igicu ku murango n’ inkingi y’umuriro mw ijoro, kugira ng’ ubamurikire mu nzira bacamwo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 9:12
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ariko na ho nyene kubg’ imbabazi zawe nyinshi ntiwabataye mu bugaragwa; inkingi y’igicu ntiyabavuye imbere ku murango ibarōngōra mu nzira, cank’ inkingi y’umuriro mw ijoro yo kubamurikira, ngw ibereke inzira bacamwo.


Agaranzura igicu co kubatwikira, N’umuriro wo kubamurikira mw ijoro.


Abarōngōra mu nzira igororotse, Kugira ngo bashike mu gisagara co kugerēramwo.


Mu gitondo unyumvishe imbabazi zawe, Kukw ari wewe nizigira: Ummenyeshe inzira nkwiye gucamwo, Kukw ari wewe ncurūrira umutima.


Kandi ku murango yabarōngōza igicu, Ijoro ryose ikabarōngōza kubonesha kw’umuriro.


Kubg’ imbabazi zawe warōngōye abantu wacunguye: Wabarōngōje inkomezi zawe mu nzira ija ahantu hēra, ah’ uba.


ni kur’ uwo musi nyene namanitse ukuboko mbarahira ko nzobakūra mu gihugu ca Egiputa nkabajana mu gihugu nabatoreye, igihugu gitemba amata n’ubūki, igihugu c’agaheta mu bihugu vyose.


Uko ni ko vyagenda biba imisi yose: ico gicu cama kiripfutse, mw ijoro kigasa n’umuriro.


Ahandi carigumak’ uhereye ku mugoroba, ugashitsa mu gitondo; cadūga mu gitondo kivuye kuri ryo, bagafata urugendo. Cank’ iyo kirigumyek’ umurango n’ijoro, cadūga bakabona kugenda.


yahora abaja imbere mu nzira, kugira ngw abaronderere aho mushinga amahema, mw ijoro akagendera mu muriro, kugira ngw abereke inzira mukwiye gucamwo, ku murango akagendera mu gicu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ