Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 8:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Nuko Ezira azingurura igitabo abantu bose babona, kuko yar’ ahagaze ahisumbuye; maz’ akikizingurura abantu bose bava hasi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 8:5
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Salomo araheza aravuga, at’ Uhoraho yavuze kw azokwibera mu mwiza w’umuzitanya!


Maz’ umwami arahindukira, ahezagira ikoraniro ryose ry’Abisirayeli; kand’ iryo koraniro ryose ryari rihagaze.


Ezira agisoma ahagaze yerekeye ico kibuga kir’ imbere y’irembo ry’amazi, agisomera abagabo n’abagore n’ abandi bashoboye kwumva, uhereye mu mutwenzi ugashitsa mu mashōka, kand’ abantu bose bari bateze amatwi bumviriza ivy’ ico gitabo c’ivyagezwe.


Ezira, uwo munyabgenge w’ivyanditswe, yar’ ahagaze ku mutara w’ibiti, bubakiye ico gikorwa nyene, yar’ ahagararanye na Matitiya na Shema na Anaya na Uriya na Hilukiya na Mayaseya; abo ni bo bār’ i buryo bgiwe; i bumoso bgiwe hāri Pedaya na Mishayeli na Malikiya na Hashumu na Hashibadana na Zekariya na Meshulamu.


Nuko Ehudi aramwēgēra aho yar’ avyagiye ari wenyene, mu cumba co gusama akayaga co hejuru ku nzu; Ehudi aramubgira, ati Ngufitiye ijambo ntumwe n’Imana. Nuko Eguloni ahaguruka ku ntebe yiwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ