Nehemiya 8:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Kandi Ezira abasomera igitabo c’ivyagezwe vy’Imana umusi n’ umusi, uhereye ku musi wa mbere ukageza ku wuheruka. Bāmaze imisi indwi bagira imisi mikuru; ku musi ugira umunani haba ikoraniro ry’agahebuza nk’ukw ivyagezwe bivuga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |